No comments yet

ABAPASITERI BAMWE BAHAMBA ABANTU MU NSENGERO ZABO NGO BABE IBYAMAMARE KURI IYI ISI.

Ndabaramukije mwese mwizina rya yesu, nitwa Mahenga ndi pasteri,mfise ubutumwa Imana yampaye mfise indwi2 ndabuhawe ariko narinkiri mumasengesho.

Narinkiriko nsenga ntaratanga ubwobutumwa unomusi mwijoro Imana yanyiyeretse ijwiry , Imana rimbwira rintegeka ngontange ububutumwa, nintatanga ububutumwa ndagira ingorane mubuzima, subutumwa bwumuntumwe canke igihugu kimwe nubwabantu bose bomwisi , ububutumwa nuburonka ntubufute,!

Karabutumira bandi, uwugaya ubabutumwa ntabuhe abandi aragira ikibazo ,nububutumwa sukuvuga ngonubwo kugira uhezagiwe, ariko Imana yantumye iwawe,ati turasinziriye abantu bayo barasamara, narikumusozi mumasengesho mundwiheze mwijoro Imana inyereka isiyose intangoniherezo yayo.

Nabonye mwisi murimuminezero, mutamba, musambana munywa, murya ,umwewese yarimuvyiwe inyeleka mumashengero manini namatoya abantu batamba imiziki nkomukabare abandi basambana baboregwa umweweseyari muvyashaka , nibazigituma bobantu bari murivyo? numva ijwi rikaze rimbwira ngo raba ndahindukizwa numu,malayika muremure anyereka impandezose zisi ashiramaboko hejurukumutwe, abwira ati raba ivyaha bikoregwa mwisi, abwirati mugihe ca (Sodom) na( Gomorrah) nabwiye abantu bareke ivyaha vyabo bihane ntibumva( ninewi) nabwiye abantu bareke ivyaha vyabo bihane barihana ndababarira, mugihe ca noa nabwiye noa yubake ubwato abantu bareke ivyaha ,bihane ,imvura izogwa abantu baragaye noa ntibumva , abantu bararandutse ,nikigihe turimwo kimeze nkivyobihe ibitangaje.

Nabonye mumasengesho ,abakozi beshi cane sinzikarabakozi b,Imana canke arabumwijima, murayo masengero abantu bazana imiti yivyatsi, itandukanye hamwenamagi bakayashira kumameza, abapasiteri abobantu batamba babasenga ,babapfukama imbere yabobakozi,bambara inkofero nkazirya zabapfumu bafise nintaro nikirende nkakirya ,banyweramwo inzoga abobakozi bagakora muricokirende bakabamijagirambwo iyomiti ,abantu bakagwahasi abantu bakanezegwa cane ,abandi bakabashira yomagi kumitwe agatanguta kubavugirako ,abantu banezeregwe ivyobitangaza!,hanyumama yaho uwomumarayika randuza anshirahejuru nabonye umwijima mwishi,mwisi, Imana irambwirati ndaje.

Abantu basamaye ,barasinziriye nuwutoguye ngasubirinyuma, ariko aragwa kubwukurabira kubandi mugenzawe asambanye aborewe canke yivye, nawe ukagira nkunkwo, abagore bubatse bariko basambana uko bashatse ,ntanisoni bafise ,kubagore bafise abagabo batabagabo babo bagasambana nabohanze ,ivyaha vyomwisi vyashavuje Imana cane sumwirabure sumuzungu nabantu bose, bafashi vyaha babisiga mavuta.

N’abakozi Imana yahaye igikogwa cokuvuga ubutumwa, bafuse ubwobutumwa ahokubwirabantu ,ukuri bishiriyeho ivyabo ,ubutumwa bishiriyeho ni, muzohezagigwa ,kuvamuntango yumwaka gushika kumpera yawo ,bababwira ngomuzohezagigwa gusa, nayankurunziza yokubwira bantu ati ,Yesu araje, twihanivyaha vyacu, yagiyehe?bakozib Imana tuvyuke tubwire abantu ukuri ububutumwa bwokubwira bantu muzoronka mahera muzoronka imodoka muzubakamazu sibwobutumwa ,umwanaw,Imana yizeye Imana bibilia ivuga ngo murondere ubwami bw’Imana nukugororoka ibindi muzovyongegwa,ariko uyumusi abakozi b’Imana barikobakoreshimiti ,umwewese akorivyiwe arondera kumenyekana, nterimbere ndonkivyanje.

Neretswe amasengero meshicane abakozi barikobahamba bantu mwisengero abakozi baba pasiteri ,bariko batemberera munyenyeri zabandi zimigisha,abandi barikobakwega kwega bantu bamaze kugutwara inyenyeri yawe yimigisha bakakurekera ngahogusa ,wewe ukaguma ukurikira umukozi pasiteri gusa udakurikira Imana, abantu beshi bari mumashengero ntibizera Imana bizera bantu abapasiteri mukibanza cokwizera,Imana .

Nukwo Imana yashavujwecane nivyo nuko ubutumwa Imana yampaye yambwiye ngobwire abantu bayo koyiteguye, igiyekuza ,nabonye ikirere ciciyemwo kabiri numva uguhinda guteye ubwoba umucowarimwishi cane, murukwoguhinda nabonye Imana yururutse,ifise inkota ikaze!, yakumuriro,amazekwururuka nabonye umuco mwisi mbwigwa ngo abonibo bakristo barimwisi, amazekubajana nabonye iyonkota imanukiye mwisi nabonye amagogwa ,nabonye umuriro, nabonye uwutazokwinjira mwijuru ,azogira imibabaro ukuganya nuguturigwa nuwomuriro ,uramurindiriye.

Imana iguhezagire,Imana igufashe, ariko ugerageze kwitunganya mubuzimabwawe, ahohose uzikowakoshereje Imana ,witunganye uyironderekandi mukuri nomukugororoka ,atarukurondera ibitangaza nimigisha, ivyobizogukurikira niwizera Imana, rondera Imana, tinya Imana, natwe abakozi abapasiteri tubwirabantu ukuri, tubigishe ijambory,Imana ryukuri,atarukubwira bantu ibibanezereza, ngobaduhe amahera, imodoka,amazu twitayegusa kuvyobaduha tutitaye kwijambory,Imana ,ukabwirankumuntu yivyejo,canke yasambanyejo uyumusi ukamubwirango ngo uzohezagigwa tanuko arihana ,Imana ivugango mutabwiye abantu bayo ukuri ,araje kandi azobarandura ! ,kandi gihe ciherezokirihafi, ahazoza kujana ishengero,haregerejeko umwami Yesu azozakujana umugeni wiwe.

2Timoteyo4:3_7

Abaroma12:1_5/ Imana iguhezagire, nuronka ububutumwa uburungikire n,abandi.
Mugerageze gusoma ubu butumwa no kumva neza ibikubiyemo
Yesu abahe umugisha

Post a comment