ABAPASITERI BAMWE BAHAMBA ABANTU MU NSENGERO ZABO NGO BABE IBYAMAMARE KURI IYI ISI.

Ndabaramukije mwese mwizina rya yesu, nitwa Mahenga ndi pasteri,mfise ubutumwa Imana yampaye mfise indwi2 ndabuhawe ariko narinkiri mumasengesho. Narinkiriko nsenga ntaratanga ubwobutumwa unomusi mwijoro Imana yanyiyeretse ijwiry , Imana rimbwira rintegeka ngontange ububutumwa, nintatanga ububutumwa ndagira ingorane mubuzima, subutumwa bwumuntumwe canke igihugu kimwe nubwabantu bose bomwisi , ububutumwa nuburonka ntubufute,!...

Continue reading